Castellano | Català | Galego | Euskara | English | Français | Kirundi

videollama.me

Bategura gute terefone canke tabrete y'umuntu atamenyereye ubuhinga bwa none?

Intumbero nuko umusaza yokwikonegita imbonankubone afyonze ibuto zine gusa


Agashusho k'umutima kugira aje kuri aprikasiyo

Ibuto y'icatsi kibisi mugutangura guhamagara

Ibuto y'agahama mugukupa

Akazingi kari hejuru mugusubira guhamagara

Bike bishoboka

1º Gushira agashusho kamwe hagati na hagati ya terefone, gufuta ibindi vyose vyari bihasanzwe

Nogira gute?

2º Kwugurura aprikasiyo iryambere kugira mikoro na kamera vyuguruke burundu

Nogira gute?

Ibindi vyiyumviro

kuduza ijwi kurugero ntarengwa)

Kwagura ubunini bw'indome

Gufuta aprikasiyo zose zishoboka

Kunyegeza aprikasiyo zidashobora gufutika kuri ekra

Gukuramwo burundu ibimenyetso vy'ama aprikasiyo yose

Gukuramwo burundu urufunguruzo

Gukuramwo burundu ibiharuro kabanga muri terefone imbere

Gukuramwo ukuziganya umuriro kuva ku minota 10 kuduga

Gukuramwo ishirwa kugihe (mises à jour automatiques

Gumizamwo gusa agashusho ka videollama.me