Castellano | English | Fran├žais | Kirundi

videollama.me

Kuri runo rubuga ngurukanabumenyi, mushobora kwugurura umuhora ubahuza n'abanyu imbonankubone. Umuntu afise intambamyi zo gukoresha ubuhinga bwa none ashobora guca kugashusho kari kuri ekra atarinze kwandika inomero. Gute mushobora gutegura terefone ngendanwa canke igitabo canyu?